Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Masterland yasohoye "Video" yakoze umwanya munini - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Masterland yasohoye "Video" yakoze umwanya munini

Masterland yasohoye "Video" yakoze umwanya munini

mardi 26 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Masterland ariruhutsa ko ashikirije abakunzi biwe isanamu y’ururirimbo bari bamaze igihe kitari gito barindiriye, eka bakaniyondera hose. Masterland avuga ko iyo sanamu yamutwaye umwanya munini, n’inguvu nyinshi. Abandanya avuga ati: "Ivy’i bwami birya abarambije".

Masterland asaba ko abakunzi biwe n’abakunzi b’umuziki ndundi bosabikanya iyo sanamu, mu ntumbero yo kumushigikira.

Raba wongere wumvirize amajambo ari muri "Alima"


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.