Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mexique : Ingenzi 12 zitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Mexique : Ingenzi 12 zitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

Mexique : Ingenzi 12 zitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

mercredi 20 décembre 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko iyo modoka yarimwo abantu 31, bari mu modoka y’ikompanyi nyunguruza abantu Royal Caribbean igana ahari ibisigarira vya Mayan i Chaccoben.

Ayo makuru nyene amenyesha ko kompanyi y’iyo modoka yamenyesheje ko abari muri iyo modoka bava mu bihugu vya Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Suede, Ubutaliyano na Brezil.

Ikompanyi Royal Caribbean ivuga ko yari ifise abashitsi 27 muri iyo modoka kandi ko iyo mpanuka ari incamugongo.

Ibicishije ku rubuga rwa Twitter rwayo,ikompanyi Royal Caribbean yahojeje abagize isanganya bose, ica imenyesha ko bariko barakora uko bashoboye kugira bavuze kandi bongere bunguruze abakomeretse.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.