Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Misiri: 23 bapfuye, 25 barakomereka
Misiri: 23 bapfuye, 25 barakomereka
vendredi 26 Rusama 2017
Amakuru ava mu kinyamakuru cegereye Reta mu gihugu ca Misiri avuga ko ubw bwicanyi bwabereye mu gihugu hagati, mu ntara yitwa Minya iri ku birometero 220 mu gice c’ubumanuko c’umurwa mukuru Misiri.
Iradiyo y’abongereza BBC imenyesha ko ab bakristu bari bagiye ahari ikigo c’abihebeye Imana kiri mu gace kitwa Saint Samuel.
Hari hamaze kuba ibindi bitero ku masengero y’abakirisu , aho abantu 46 bitavye Imana, bica bituma umukuru w’igihugu ashinga amategeko y’igihugu kiri mu bihe bitoroshe.
MUGISHA Van Naris
Messages
26 Rusama 2017, 22:48, par FIACRE
IMAN NIBAKIR.