Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Misiri : Abagirizwa urupfu rw’umushikirizamanza mukuru baciriwe igihano (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Misiri : Abagirizwa urupfu rw’umushikirizamanza mukuru baciriwe igihano (...)

Misiri : Abagirizwa urupfu rw’umushikirizamanza mukuru baciriwe igihano c’ugupfa

dimanche 18 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Abaciriwe urwo rubanza rw’ugupfa ni abafashwe inyuma y’iyicwa ry’uwo mushikrizamanza mukuru, akaba n’uruhara mu gushengeza mu butungane intagondwa z’abayisiramu ziharurwa mu bihumbi.

Hisham Barakat yishwe mu gitero c’igisasu cakozwe ku modoka yiwe mu mwaka w’2015.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.