Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Miss 2017 : HABONIMANA Belyse, ijwi ry’abana batishoboye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 : HABONIMANA Belyse, ijwi ry’abana batishoboye

Miss 2017 : HABONIMANA Belyse, ijwi ry’abana batishoboye

mardi 18 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko bivugwa na Habonimana Belyse, umugambi ashira imbere mu gihe yotorwa, azoshinga ikigo c’abana mu Buterere kizokwakira abana bo mw’ibarabara. Muri ico kigo, Habonimana Belyse avuga ko azoshiraho inkino zitandukanye z’urwaruka, ikibanza co gusomeramwo ibitabo hamwe n’ukuzokurikirana abo bana batishoboye, mu kwumviriza ivyo bakeneye hamwe no kubafasha mu ngorane zo mu buzima bwabo bwa minsi yose.

Mu gutora Habonimana Belyse wandika Miss Muramvya, ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart. Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

JPEG - 134.3 ko
Habonimana Belyse w’imyaka 22 aserukira intara ya Muramvya

Vianney HABONIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.