Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Miss 2017 INGABIRE Krissa Carelle ahanura abantu gufungura ibirimwo (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 INGABIRE Krissa Carelle ahanura abantu gufungura ibirimwo (...)

Miss 2017 INGABIRE Krissa Carelle ahanura abantu gufungura ibirimwo ingaburo zikwiye

jeudi 20 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Kugwanya igabanuka ry’amaraso mu mubiri biri mu migambi yiwe nyamukuru, akavuga ko azobikora mu guhimiriza abanyagihugu na cane cane abo hagati mu gihugu kurima no gufungura ibifungugwa bifise ingaburo zikwiye.

Mu gutora INGABIRE Krissa Carelle wandika Miss Bujumbura ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart.

Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba. Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi.

JPEG - 406.2 ko
INGABIRE Krissa Carelle w’imyaka 21 aserukira intara ya Bujumbura

Huguette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.