Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Miss 2017 : Kaneza Kelcy ategekanya gufasha urwaruka rufise ingabire (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 : Kaneza Kelcy ategekanya gufasha urwaruka rufise ingabire (...)

Miss 2017 : Kaneza Kelcy ategekanya gufasha urwaruka rufise ingabire zitandukanye

mercredi 19 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo mwigeme w’imyaka 19 avuga ati : "Nitabiriye iri higanwa kugira nanje mpiganwe mu bandi nk’umwigeme wo mu ntara yo hagati mu gihugu."

Mu migambi yipfuza gushira mu ngiro niyatorwa, Kaneza Kelcy avuga ko azoshigikira yongere afashe urwaruka rufise ingabire zitandukanye kugira rushobore kuzikoresha mu guteza imbere igihugu, kuko ku bwiwe, impano z’umuntu azikoresheje ariryo terambere ku gihugu.

Mu gutora KANEZA Kelcy wandika Miss Gitega, ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart.

Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi.

JPEG - 168.4 ko
Kaneza Kelcy, Uwuzoserukira intara ya Gitega mw’ihiganwa rya Miss Burundi 2017

Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.