Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Miss 2017 : NGABIRANO Kelly Daniella azokwitaho abagore bafise ubumuga bwo (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 : NGABIRANO Kelly Daniella azokwitaho abagore bafise ubumuga bwo (...)

Miss 2017 : NGABIRANO Kelly Daniella azokwitaho abagore bafise ubumuga bwo ku mubiri

mardi 18 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo mwigeme w’imyaka 20 avuga ko umugambi yipfuza gushira mu ngiro mu gihe yotorerwa kuba Miss BURUNDI 2017, azokwitaho abagore bafise ubumuga bwo ku mubiri (Handicap physique).

Mu gutora NGABIRANO Kelly Daniella wandika Miss Bujumbura Rural ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart . Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba. Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi.

JPEG - 656 ko
NGABIRANO Kelly Daniella aserukira intara ya Bujumbura Rural

Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.