Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Miss 2017 RUPARI Sainte Inès asaba abigeme gukunda amashure - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 RUPARI Sainte Inès asaba abigeme gukunda amashure

Miss 2017 RUPARI Sainte Inès asaba abigeme gukunda amashure

jeudi 20 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo mwigeme w’imyaka 24 amenyesha ko icatumye aja mw’ihiganwa rya Miss Burundi ari kubera ari ihiganwa ritanga akaryo ko kurangura imigambi umuntu aba afise. Uwo mwigeme avuga ko asanzwe afise ukwizera muriwe kandi afise vyinshi vyo gutanga.

Muvyo avuga azorangura, ni umugambi wo guhimiriza abigeme kwijukira kwitaho inyigisho no gukunda amashure.

Mu gutora RUPARI Sainte Inès wandika Miss Rumonge ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart.

Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi

JPEG - 394.2 ko
RUPARI Sainte Inès aserukira intara ya Rumonge

Huguette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.