Accueil > Amakuru > Rwanda > Miss Rwanda 2017 yatowe : Amafoto
Miss Rwanda 2017 yatowe : Amafoto
dimanche 26 Ruhuhuma 2017, par
Ikibanza ca mbere mw’ihiganwa ry’ukurondera Miss Rwanda 2017 catahukanwe na Iradukunda Elsa w’imyaka 18 y’amavuka, w’imetero 1,76 akaba ari mu bari baserukiye intara y’ubuseruko bw’Urwanda. Uwatahukanye ikibanza ca kabiri ni (2eme Dauphine) yabaye Mutoniwase Linda nayo "1ere Dauphine" aba Shimwa Guelda.
Iradukunda Elsa yatowe mu birori vyabereye muri "Kigali Conference and Exhibition Village", ahahoze hitwa Camp Kigali, kuri uwu wa 25 Ruhuhuma 2017.
Abakobwa 15 bageze mu gice ca nyuma c’ihiganwa batowe mu ntara zose zigize Urwanda.
Miss Rwanda 2017 Iradukunda Elsa afashe ikibanza cahoramwo Mutesi Jolly yari amaze umwaka ariwe ari Miss Rwanda 2016.
IGIHE
Messages
26 Ruhuhuma 2017, 12:55, par Mupenzi Ibrahim
Uwo hano murwanda tumwita Miss Tutsi ntabwo ari miss Rwanda kuko ahagarariye ubwoko....ibindi ni ibigambo gusa no gutekinika.
26 Ruhuhuma 2017, 22:52, par Rugari
Uwo ni miss Kagame Nkoramaraso alias LINDA....petite nyenzi
27 Ruhuhuma 2017, 08:29, par alias Jakob
hahahh, bashiki bawe niba nta buranga n’ubuhanga bafite. reka ababtujuje babone ibibakwiriye
27 Ruhuhuma 2017, 08:32, par che
Mupenzi ni iki kikubwira ko ari umututsi? sha niba ukireba isura mu Rwanda waratakaye kabisa, uretse ko nibyo by’ubwoko ushobora gusanga ari wowe ubisigaranye tu. Reba imbere sha amako ntacyo amaze.
27 Ruhuhuma 2017, 09:37, par SEWABAGABO
Je ntabwiza mbona afite! Ari MOCHE VRAIMENT! Nta mututsikazi aba mu Rwanda asa nabi nkuko vraiment! Uwo yoserukira u Rwanda ngo ni Miss?
27 Ruhuhuma 2017, 14:59, par CIZA Jean Paul
Abatutsi barazi kwishira imbere muri vyose .no mu Burundi n’uko
27 Ruhuhuma 2017, 15:05, par Good idee
Mupenzi stupid imbecile jyana ubwoko kwa nyoko na so
27 Ruhuhuma 2017, 15:17, par Mututsimwiza
@good idee. Uri ingunzu kandi duhuye munzira wakwitura hasi ugahwera ntaragukoraho. Umwana w’indaya nkawe ntamwanya umuntu agufitiye. Komeza upfo uhagaze wa mupfapfa we.
27 Ruhuhuma 2017, 15:49, par Musaga
Nk’iyi Nterahamwe yiyita Mupenzi,ivyo vyamoko mu Rwanda barabirengeye bisigaye ngaha mu Burundi,wewe ntuba mu Rwanda,abo wishe barakugarutse, uzopfa uyerera nka gahini,ipuuuu
27 Ruhuhuma 2017, 19:08, par ikijuju
burya ngaha iwacu mu burundi haraba abigeme beza muri africa yose, hemwe ndetse no kwisi yose. abarundikazi nibo beza cane, burya na miss international akwiye kuva mu barundikazi gusa.
27 Ruhuhuma 2017, 23:55, par MUTUTSIWUBWENGE
@musaga(mujeri). Umunsi mwe wiyita musaga. Undi munsi tari. Uwagatatu ukiyita wakera . uwa kane ukiyita musaga(petit mujeri). Gusa urabeshya uzapfa uri Rubebe...
28 Ruhuhuma 2017, 06:16, par FNL
@Mututsimwiza!mbe ko utuka Good Idea n’iki yabeshe?wewe wiyita Mututsimwiza uri Ikinywamaraso, ayo moko mu Rwanda barayarengeye yajane mu Burundi,wewe uzopfa wangara nka Gahini,i puuu
28 Ruhuhuma 2017, 07:32, par Serupyipyinyurimpyisi Gaspard
@musaga(runyenzi mujeri sanc echecs). Niko sha musaga ndabona nostalgie yo gukomeza kwica abahutu ikikurimo. Gusa ntacyo Nkurunziza yababoneye umuti wo kuribwaribwa....
28 Ruhuhuma 2017, 09:03, par Joy Mukotanyi
Uyu mutype Musaga ni igihwagari!!!
28 Ruhuhuma 2017, 13:42, par one africa
thts why abarundi muzahora inyuma yu rwanda ,,uhave fake and bullshit ideas of ideology..mubure kwiteza imbere ngo muracari muribyo ...c’mon think posively and be mature enough
28 Ruhuhuma 2017, 20:32, par Good idea
Musaga@ wwe ndakuzi uri ikijuju kubera ibyubwoko byanze kugushiramo uzabipfane ntuzagire uwo ubyandunza
28 Ruhuhuma 2017, 21:32, par MUTUTSIWUBWENGE
@Goo Idee. Wowe na Musaga mwese muri imbwa zujuje ibyangombwa nka so wanyu Kagame. Inkoramaraso.com
1er Ntwarante 2017, 09:16, par Kagame
ni umuhutukazi kandi ibyo ntacyo bivuze icyangombwa ni uko aruta ubwiza abandi bari kumwe hakurikijwe conditions zashyizweho n’ababishinzwe.
kandi ndibaza ko iyo umurwayi bagiye kumuha amaraso kwa muganga, batavuga ngo ubwo ari umuhutu reka tumuhe ayabahutu.
Buriya nka Nkurunziza arwaye akayakenera hari ubwo bamuha ayumuPorona.
hhhh
Dupfa ubusa.
Ariko habuze umuntu uzi ubwenge akumvisha abantu ko amoko ari 0/0
6 Ndamukiza 2017, 05:51, par chafi
non.uwomaukombwa.niweyegukanye.ikamba?yiyunvagute.kubayaratse
6 Ndamukiza 2017, 06:12, par chafi
ndu.murundi.ndakundurwanda.norugeramwogut?itorwaryabobamiss.ryashimishije.abantubenshi.nkabansabanabobatsinzwe.bagire.ukwihangana.ahubwobibater.kuraje.nabo.2o18.izobiyabo.nuwatsinze.agaragaze.imigambi.ndamusabiy.kurushanabandi.arikoyibukimana