Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mt Number One ft Masodja : Irabire vidéo y’ururirimbo "Nzoruguha" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mt Number One ft Masodja : Irabire vidéo y’ururirimbo "Nzoruguha"

Mt Number One ft Masodja : Irabire vidéo y’ururirimbo "Nzoruguha"

mercredi 2 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Mt Number one nawe ati :" Baby shikuza... shikuza ivyawe n’ama fashions... niwewe rumuri rw’umutima wanje, ni wewe ungarukamwo mu ndoto zanje, ni wewe nama mvuga mu bagenzi banje." Arongera ati:" Baby usipendi wawili watakuita bitch".

Ayo ni amwe mu majambo mushobora kwumviriza mu ruririmbo " Nzoruguha".
Abaririmvyi Masodja canke Yero Masodja na Mt Number One basanzwe bazwi mu muziki ndundi. Masodja azwi canke mu ndirimbo nka " I’m back", "Ni bukebuke", "Umuhemu", n’izindi. Nayo Mt Number One azwi mu ndirimbo nka " Blow My Money", " Chamkorobatti", " Impfuvyi z’Uburundi" yakoranye na Small Dog" n’izindi zitari nke.

Umviriza wongere urabe vidéo y’ururirimbo "Nzoruguha".


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.