Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umumenyereza w’Intamba mu Rugamba yatumyeko abakinyi kwitegurira inkino (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umumenyereza w’Intamba mu Rugamba yatumyeko abakinyi kwitegurira inkino (...)

Umumenyereza w’Intamba mu Rugamba yatumyeko abakinyi kwitegurira inkino zibiri

mercredi 10 Rusama 2017

Bose hamwe ni abakinyi 35 bagizwe n’abakinyi 25 bakina mu mirwi yo hagati mu gihugu hamwe n’abakinyi 10 bakina mu mirwi yo hanze, ku mugabane wa Afrika nka Tanzaniya, Urwanda, Afrika y’Epfo na Kenya,no ku mugabane wa Buraya nka Portugal,Ubwongereza.

Bitegekanijwe ko imyimenyerezo izotangura kw’igenekerezo rya 22 Rusama umwaka wa 2017 ku kibuga kiri ku kigo c’ubuhinga kiri muri zone ya Ngagara.

Abakinyi 25 bakina mu mirwi yo mu gihugu ni:

1 Nahimana Jonathan
2 Mutombora Fabien
3 Harerimana Rachid Léon
4 Ndaye Chancel
5 Barisize Nassor
6 Habonimana Célestin
7 Moussa Omar
8 Ndoriyobija Eric
9 Nshimirimana David
10 Ndayisenga Franck
11 Duhayindavyi Gaël
12 Urasenga Cédric Danny
13 Ntirwaza Sudi
14 Barirengako Franck
15 Sabumukama Enock
16 Ndayishimiye Youssouf
17 Ndikumana Trésor
18 Ndarusanze Jean-Claude
19 Mustapha Souleiman
20 Ndizeye Sef
21 Bimenyimana Bonfils Caleb
22 Kitenge Alexis
23 Niyonkuru Pascal
24 Ulimwengu Jules
25 Wilondja Isamil

Abakinyi 10 bakina mu mirwi yo hanze ni :

1 Amissi Cédric : Portugal
2 Bigirimana Gaël : Grande Bretagne
3 Ndikumana Selemani : Quatar
4 Abdoul Fiston : Afrique du Sud
5 Nsabimana Frédéric : Afrique du Sud
6 Nizigiyimana Karim : Kenya
7 Mavugo Laudit : Tanzanie
8 Tambwe Amissi : Tanzanie
9 Nahimana Shassir : Rwanda
10 Kwizera Pierre : Rwanda


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.