Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Muramvya : Imigambwe ibiri ihiganirwa ikibanza c’umukenguzamateka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Muramvya : Imigambwe ibiri ihiganirwa ikibanza c’umukenguzamateka

Muramvya : Imigambwe ibiri ihiganirwa ikibanza c’umukenguzamateka

vendredi 14 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Imigambwe ibiri ariyo CNDD FDD hamwe na PAJUDE niyo yatanze amazina hamwe n’imyirondoro y’abashaka guhiganirwa ikibanza c’umukenguzamateka wo mu ntara ya Muramvya. Uwo mukenguzamateka mushasha azosubirira Celestin NDAYIZEYE aheruka gushirwa muri Reta y’Uburundi, mu kibanza c’umushikiranganji Emmanuel NIYONKURU aheruka kugandagurwa.

Abari mu manama mpanuzwajambo yose y’amakomine agize intara ya Muramvya bahamagariwe kuzoja gutora uwo mukenguzamateka mushasha.

Mu murwi ujejwe gutegura amatora CENI bamenyesha ko ayo matora azoba kw’igenekerezo rya 4 Rusama 2017, ku murwa mukuru w’intara ya Muramvya.

Imyiyamamazo yo guhiganirwa ico kibanza c’umukenguzamateka izotangura ku wa 18 Ndamukiza 2017.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.