Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Musaga : Imbonerakure zibiri zafashwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Musaga : Imbonerakure zibiri zafashwe

Musaga : Imbonerakure zibiri zafashwe

vendredi 2 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Amakuru ava aho muri zone ya Musaga avuga ko umurwi w’Imbonerakure za CNDD FDD wariko ukubita abantu usanze aho muri zone ya Musaga, abo bahohotewe baca batabaza abajejwe umutekano.

Abasirikare bahashitse baciye bata muri yompi babiri bo muri uwo murwi.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.