IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Musigati : Umukuru w’umutumba Mpishi yafashwe

Musigati : Umukuru w’umutumba Mpishi yafashwe

mercredi 17 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bafashwe mu ndwi iheze bariko bimba ubutare mw’ishamba rya Kibira, akagirizwa kandi ko akorana n’abimba mu kinyegero ubwo butare bwo mu bwoko bwa "Coltan"

Uwo mukuru w’umutumba yafashwe afise amafaranga bivungwa ko yashaka gukoresha mu kubapfuza. Abajejwe intwaro muri komine Musigati bagasaba ko uwo mugabo yociribwa urubanza rw’ikibiriraho, kuko vyari binavugwa ko abkorana n’abimba ubutare budandazwa kuri magendu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.