Accueil > Amakuru > umutekano > Mutanga : Abantu batatu bakomeretse bikomeye mw’isanganya ry’imodoka
Mutanga : Abantu batatu bakomeretse bikomeye mw’isanganya ry’imodoka
vendredi 21 Mukakaro 2017
Umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE amenyesha ko iryo sanganya ryabaye nk’igihe c’isaha icumi na zibiri n’iminota 16, abantu batatu baca barakomereka bikomeye.
Gushika ubu icatumye haba iryo sanganya ntikiramenyekana.


MUGISHA Van Naris