Accueil > Amakuru > umutekano > Mutimbuzi : Abantu batandatu banyurujwe n’abajejwe umutekano
Mutimbuzi : Abantu batandatu banyurujwe n’abajejwe umutekano
mardi 7 Ruhuhuma 2017, par
Abasuma bitwaje ibirwanisho banyuruje kuri uwu w’Imana abantu batandatu bo mu komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura. Abo bantu banyurujwe inyuma y’ibitero bibiri vyabaye muri ako karere.
Mu masasu abo basuma barasanye n’abajejwe umutekano, umwe muribo yarafashwe, akaba yiyemereye ko ari abarwanyi bo muri FNL irongowe na NZABAMPEMA Aloys, nk’uko vyemezwa n’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.
Abajejwe umutekano aho ku Mutimbuzi basaba abanyagihugu gukorana n’intwaro mu kudoma urutoke ku muntu baba biketse ko yoba ari mu bahungabanya umutekano.
IGIHE
Messages
7 Ruhuhuma 2017, 16:39, par Daniela
Uwo,yafashwe,nipumbafu,wewe,ufise,inkoho,bogufata,gute??Reka,bamukorereko,uwo,nintumwe,ninda.
7 Ruhuhuma 2017, 21:49, par APPORINAIRE
ABARUNDI,TURINGABO,NZAMBEMA,NTWARABASUMA,BIWE,MWISHAMBA!!!
8 Ruhuhuma 2017, 09:36, par Mwumba
Hhahaha ko mwibagiwe kuvuga ko izo nkoho zafashwe zifise numero matricule zo mu Rwanda?ujinga mzigo
8 Ruhuhuma 2017, 19:06, par Nema
We Witazira Mwumba . Hari Utazi Ko Urwanda Runyegeje Abicanyi ? Mwarabuze Ico Munyegeza !
9 Ruhuhuma 2017, 15:38, par papyy
Abantu batandatu banyurujwe
n’abajejwe umutekano , abanyamakuru muratangaje pe! uyu mutwe w’inkuru ubu uhuriyehe nibyanditse munkuru ? nukwibeshya cyangwa umunyamakuru yabikoreye ubwende?