IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro-Ndava :Abanyeshuri bashika 10 bakubiswe n’inkuba

Mwaro-Ndava :Abanyeshuri bashika 10 bakubiswe n’inkuba

mardi 10 Gitugutu 2017

Amakuru ava aho i Mwaro amenyesha ko abo banyeshuri bakubiswe n’inkuba baciye bajanwa mu bitaro vyo mu Kibimba, biri muri komine Giheta, intara ya Gitega.

Ayo makuru nyene yemeza ko bamwe muri abo banyeshuri bababaye cane, bikaba bikenewe ko bungururizwa mu bindi bitaro.

Mwomenya ko kw’igenekerezo rya 12 Nyakanga 2017 haheze iminsi mikeya gusa umwaka w’ishuri wa 2017 -2018 utanguye, kuri iryo shuri ryisumbuye abanyeshuri batandatu bakomeretse bahitanywe n’amabati igihe ishuri ryaguruka kubera imvura ivanze n’umuyaga yaguye kuri uwo munsi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.