Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Navy Kenzo n’umurwi wiwe banse kunwa amazi ariko ibiranga ihinguriro (...)
Navy Kenzo n’umurwi wiwe banse kunwa amazi ariko ibiranga ihinguriro Kinju.
samedi 2 Nyakanga 2017
Navy Kenzo n’umurwi wiwe bavuze ko ivyo babikoze kugira berekane ko mu gihe amashirahamwe atagomba gushigikira abaririmvyi ko ataribo boca bakora ibikrwa vyo kuyamenyekanisha, akandi aribo basanzwe bafise n’uburyo bwinshi.
Navy Kenzo n’umurwi wiwe bashitse i Bujumbura mu gatondo ko kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 2 Nyakanga 2017, mu ntumbero y’igiteramo gitegekanijwe kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 3 Nyakanga 2017 kuri Lacoste Beach , ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika.
Bitegekanijwe ko abaririmvyi Lolilo na Fariouz hamwe n’umurwi Peace And Love bazokwitaba ico giteramo kizotangura igihe c’isaha icenda z’umuhingamo.
MUGISHA Van Naris
Messages
28 Gitugutu 2017, 06:44, par Hitimana
ntawoba Twenga Kuko Nabo Bashaka Ko Umuziki Ndundi Utera Imbere Kandi Namazi Kinju Atere Imbere Abantu Ni Magiriranire Tubiri Tuvurana Ubupfu Murakoze