IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Abantu batanu bitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

Ngozi : Abantu batanu bitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

jeudi 26 avril 2018

Amakuru ava ku mutumba Rwizingwe ahabereye iryo sanganya, amenyesha ko iyo modoka ya PAM yataye ibarabara ica ihitana abo bantu, hamwe n’amazu yabomotse.

Ayo makuru nyene, amenyesha ko inzu zabomotse, ari iz’abantu bari basanzwe babamwo ziri hafi y’ibarabara.

Ivyo bitigiri vy’abahitanwe n’iryo sanganya hamwe n’abakomeretse ni ivy’imfatakibanza, kuko ibikorwa vy’ubutabazi ku baguweko n’amazu bikibandanya.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Abo bavandimwe imana ibakire kandi ihe imbaraga a babuze ababo.zogukomera no kwihangana

  • Yooo aho ni muhira ku gatumba. Uhoraho aremeshe ababuze ababo. Ariko harya hantu kuva tukiri abana bato twamye tubona hasasika inganda caane gose. Harakwiye ko abajejwe intwaro bohimiriza abahubaka bakaja kure nka ku metero 50 canke 100 uvuye kw’ibarabara. Kuko harigeze gutembagarira i camion ipakiye ama pilone y’amatara yaramijutse aratembagara gushika ku metero 20 kandi ico aciyeko yarasambura.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.