Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ngozi : Abayoboke umunani ba RWASA basabiwe umunyororo
Ngozi : Abayoboke umunani ba RWASA basabiwe umunyororo
lundi 15 Rusama 2017, par
Nk’uko biri mu birego, iyo nama bagirizwa ko barimwo ni iy’urunani rw’abigenga Mizero y’Abarundi, ruyobowe na Agathon RWASA, icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka.
Abagirizwa ico caha baragihakana, bakavuga ko bariko bahorwa imvo za poritike.
NDUWIMANA
Messages
15 Rusama 2017, 14:35, par Muhorakeye Quinne
Bamureka Kucinyiza Abantu Kandi Umukuru Wigihugu Asenga Yirirwa Akoresha Ibikorane Ni Muhinduke Imana Izobarandura
16 Rusama 2017, 03:29, par Elias Mpozamarira
Uwonumugambi wa CNDD FDD wogutoteza abatavuga rumwe nawo!, noneho ivya banwanyi ba RWASA kuvakera bamye bahigana kurya kwi mbeba nakayabu na CNDD FDD!, sivyubu.
Nayubucamanza bwa hano iwacu busigaye bukorera umugabwe CNDD FDD, nicogituma ubucamanza bwahano bwamaze kwononekara.
Nibihangane mwuwomwaka nibatabicira mubusho, bazoveyo bameze nka Mandera wa Afrika.
21 Rusama 2017, 22:36, par FIACRE
RWASA ABIVUG KWIK?