Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ngozi: Amafaranga n’ibindi bikoresho vyafashwe mu gikorwa co gusaka (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi: Amafaranga n’ibindi bikoresho vyafashwe mu gikorwa co gusaka (...)

Ngozi: Amafaranga n’ibindi bikoresho vyafashwe mu gikorwa co gusaka mw’ibohero

mercredi 5 Mukakaro 2017

Umuvugizi w’igiporisi yamenyesheje ko amafaranga yafashwe mw’ibohero rikuru ry’intara ya Ngozi arenga gato umuriyoni umwe w’amarundi.

Igikorwa co gusaka cabereye kandi kuri uwu wa gatatu mw’ibohero rikuru ry’intara ya Gitega mu kibanza gipfungiwemwo abagirizwa urupfu rwa General Adolphe NSHIMIRIMANA, abagirizwa igitero cakozwe kuri General Prime NIYONGABO umugaba w’ingabo z’Uburundi, hamwe n’abagirizwa ibitero vyakozwe ku makambi y’igisirikare c’Uburundi muri Kigarama 2015.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.