Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ngozi : Babiri baserukira abayoboka RWASA Agathon bafashwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ngozi : Babiri baserukira abayoboka RWASA Agathon bafashwe

Ngozi : Babiri baserukira abayoboka RWASA Agathon bafashwe

mardi 25 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Abafashwe bose hamwe ni batatu, akaba ari Karori Bizimana arongoye urwaruka ruyoboka RWASA Agathon mu ntara ya Ngozi, Yeremiya NDORIYOBIJA ari mu rwego nyobozi rw’abo bayoboke hamwe na Christian Citegetse. Bose ni abigisha, bakaba bafashwe bagirizwa ko bariko batyoza ubutegetsi.

Abarongoye umugambwe FNL uyoboka RWASA Agathon mu ntara ya Ngozi bemeza ko abo bafashwe bariko baganira nk’abandi bose mu bunywero barimwo, bakamenyesha ko ata kindi bahorwa atari kuba ari abayoboke b’icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi.

Bose bapfungiwe mu gasho k’igiporisi i Ngozi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.