Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Niger: Abanyagihugu bavuye mu ngo bahunga imyuzure - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Niger: Abanyagihugu bavuye mu ngo bahunga imyuzure

Niger: Abanyagihugu bavuye mu ngo bahunga imyuzure

mercredi 30 Myandagaro 2017

Nkuko amakuru dukesha iradiyo y’abngereza BBC abimenyesha, abanyagihugu benshi ubu bimukiye mu mashuri, mu gihe hari n’abandi badafise aho baja.

Kuva mu kwezi kwa gatandatu imvura itanguye kugwa, abantu barenga 40 baramaze kwitaba Imana, amaze arasenyuka,amabarabara aracika,n’ibitungwa bitari bike birapfa.

Ayo makuru ya BBC amenyesha kandi ko mu kwezi kwa gatanu, Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU ryaburiye abantu ribabwira ko abantu barenga ibihumbi 100 bafise ivyago vyo gusinzikazwa n’imyuzure.

Mu mwaka uheze wa 2016, imyuzure yasinzikaje abanyagihugu baharurirwa mu bihumbi, abaharurwa muri cumi nabo barapfa, cane cane mu duce turimwo ubugararwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.