Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
"Mobiletv" ya Lumitel ifasha gukurikirana ibiganiro ku Mboneshakure - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Lumitel > "Mobiletv" ya Lumitel ifasha gukurikirana ibiganiro ku Mboneshakure

"Mobiletv" ya Lumitel ifasha gukurikirana ibiganiro ku Mboneshakure

mercredi 19 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Lumitel yashoboje abanywanyi bayo kuraba imboneshakure bakoresheje terefone ngendanwa zabo. Abanywanyi ba Lumitel bashobora kwihitiramo imirongo y’imboneshakure baraba, iyo nayo ni nka MTV Base, Novela F1, TraceAfrica, RTNB. Ubuzima bubandanya kworoha hamwe na Lumitel.

Banywanyi b’umuhora munini kandi wagutse wa Lumitel, terefone ngendanwa yanyu yababereye vyose, kuko mushobora kubona n’imboneshakure muyikoresheje. Ntimusubire gutangwa kwirabira amareresi mukunda, ibiganiro hamwe n’inkino zitandukanye.

Sezerera ikibazo c’ukudashobora kuraba imboneshakure kubera umuyagankuba udahari.. Terefone ngendanwa yawe yakubereye inyishu, kuko ushobora kuraba ibiganiro bitandukanye bica ku mboneshakure, ukabikurikirana ikibiriraho.

Tubibutse ko abaguze ikarata simu nshasha (Gold, Silver na Bronze) baronswa ubwo bushobozi bw’ukuraba imboneshakure ku buntu. Lumitel ikaba yabazaniye kandi www.Keeng.bi ifasha kwumviriza, n’ukwironkera indirimbo nziza zigezweho, hamwe na www.film.bi ifasha kwirabira amareresi atandukanye.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.