Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ouganda: Umukuru w’igihugu yagenye umuhungu wiwe kuba umuhanuzi muvya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Ouganda: Umukuru w’igihugu yagenye umuhungu wiwe kuba umuhanuzi muvya (...)

Ouganda: Umukuru w’igihugu yagenye umuhungu wiwe kuba umuhanuzi muvya gisirikare

mercredi 11 Nzero 2017

Umukuru w’igihugu c’Uganda Yoweri Museveni yagenye umuhungu wiwe Maj Gen Muhozi Kainerugaba, kuba umuhanuzi mukuru w’umukuru w’igihugu ajejwe ibibazo vya gisirikare bidasanzwe.

Umukuru w’igihugu c’Ubuganda Yoweri Museveni agenye umuhungu wiwe muri ayo mabanga,mu gihe umupfasoni wiwe Janet Kataaha Museveni ari umushikiranganji w’indero n’inkino, ikibanza yagiyemwo mu kwezi kwa gatandatu mu mwaka uheze.

Gen Kainerugaba yahora arongoye abasirikare badasanzwe (SFC) bajejwe gukora akazi ka gisirikare kadasanzwe.

Abo basirikare ni bo bacunga umukuru w’igihugu n’ibibanza bikuru vya Reta y’ Ubuganda.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.