Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
PLB : Umurwi Messager Ngozi uracari mu kibanza ca mbere ku rutonde (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > PLB : Umurwi Messager Ngozi uracari mu kibanza ca mbere ku rutonde (...)

PLB : Umurwi Messager Ngozi uracari mu kibanza ca mbere ku rutonde mfatakibanza

lundi 19 mars 2018

Mu nkino indwi zabaye, hinjijwe ibitsindo 11, nayo imirwi yahuye ikaba yatsindanye imirwi yahuye yatsindanye uku gukurikira :

Athletico Olympic 0-Les jeunes athletic 0
Messager Ngozi 2-Inter Star 1
Delta Star 1-Bujumbura city 1
Aigle Noir 2- Messager Bujumbura 1
Flambeau de l’Est 1- Musongati 0
Flambeau de Centre 2- Les Lierres 0
Ngozi City 0-Vitalo 0

Inyuma y’izo nkino, umurwi Messager Ngozi, uri mu kibanza ca mbere ku rutonde nfatakibanza, ugakurikirwa na LLBS4 Africa naho ufise inkino utarakina, mu kibanza ca gatatu haza umurwi Aigle noir, mu kibanza ca kane haza umurwi Vitalo.

Imirwi ikurikirana uku :

1.Messager Ngozi n’amanota 56,
2. LLBS4A n’amanota 51,
3. Aigle Noir n’amanota 45,
4. Vital’O FC n’amanota 37,
5. Bujumbura City n’amanota 35,
6. Olympic Star n’amanota 31,
7. Flambeau du Centre n’amanota 31,
8. Les Lierres n’amanota 30,
9. Musongati n’amanota 29,
10. Athletico Olympic n’amanota 28,
11. Flambeau de l’Est n’amanota 26,
12. Inter Star n’amanota 25,
13. Ngozi City n’amanota 22,
14. Messager Bujumbura n’amanota 21,
15. Les Jeunes athletic n’amanota 17,
16. Delta Star n’amanota 7,

Imirwi LLBS4 Africa na Olympic Star yahora iserukira Uburundi mu nkino zihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu iwabo ku mugabane wa Afrika, no mu nkino za coupe de la confederation muri Afrika ziracafise inkino zitarakina, aho harimwo n’urukino ruzoyihuza.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Andika hano Mu Bwiza Kury ,umunani No_48 Nagira Menyeshe Ko Igikomb Cuno Mwaka Ko Messager Ngozi Izogitwara Kand Ribe Isomo Kur L L B

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.