IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Pascal BARANDAGIYE:’’ Nta ntambara iri mu Burundi’’

Pascal BARANDAGIYE:’’ Nta ntambara iri mu Burundi’’

vendredi 10 Ruhuhuma 2017

Umushikiranganji w’intwar y hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE arabeshuza amakuru avuga ko abarundi bahunga igihugu bahunga intambara.

Kubwa Pascal BARANDAGIYE umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu no gukundisha igihugu, igihugu c’Uburundi kirimwo amahoro n’umutekano , rero nta mvo yotuma abarundi bahunga igihugu kubera umutekano muke.

Pascal BARANDAGIYE avuga ko ayo makuru ashikirizwa n’amashirahamwe amwe amwe ariyo asohra ivyegeranyo bitarivyo,aho avuga ko abarundi bariko barahunga intambara,kandi ari ibinyoma.

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu amenyesha ko Reta izoca mu nzira zose irekurirwa n’amategeko kugira ibeshuze ayo makuru,avuga ko mu Burundi hari intambara.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.