Accueil > Amakuru > u Burundi > Petero NKURUNZIZA yuguruye icese ikoraniro rikuru ry’urwaruka
Petero NKURUNZIZA yuguruye icese ikoraniro rikuru ry’urwaruka
jeudi 20 Ndamukiza 2017, par
Inyuma y’umwiherero w’abagize Leta n’Inama nshikiranganji, Petero NKURUNZIZA yuguruye icese ikoraniro rikuru ry’urwaruka.






IGIHE
Messages
20 Ndamukiza 2017, 11:01, par Wakera
Iryo n’ikoraniro kaminuza ry’Imbonerakure aho zigira hamwe umugambi ugayitse wogufata abakobwa n’abakenyezi kunguvu ngo bavyare interahamwe! Abo ba Miss badakinjuye bahava babakorera amabi!!!
20 Ndamukiza 2017, 14:16, par Cobla
Wakera Urakina Nabo Mungana Ntukaze Ufata Amajambo Nyakubahwa Avuga Ukayahindura Ukundi Kuko Nubwo Isi Yohinduka Ukungana Gute Wewe Aho Ageze Ntuzopfa Uhashitse. Mbe Wewe Urigiki? Ariko Harimisi Naguhaye Uzoba Wanumye. Ugira Wasumvya Uwiyita Mwumba Mugutyoza Igihugu? Yarahoze Nawe Uzokaziba.
20 Ndamukiza 2017, 15:39, par leonidas
mutama komera kwibanga nimirimo twagushinze
20 Ndamukiza 2017, 19:22, par Mediator
Komera k,umuheto nyakwubahwa watowe n,Imana! Abasesemwa nabo bime amatwi nakare NGO umwana arezwe neza asohora amaboko !!! Kera amakoraniro nk,ayo yaba agizwe n,abantu hamwe gusa ariko Rana mbonamwo booose .komera kandi nyakwubahwa ugume uri maso abasi barakaka ntaho baraja bakora ijoro n,umurango NGO baduhekure;!!!!!Ariko Imana isumba vyooose
20 Ndamukiza 2017, 21:23, par P.ANTONE
NI VYIZA MUSHIMGANTAHE MUKURU WIGIHUGU URAKOMEZA IRAGI RYA BASOKURU RYO GUKEBURA URWARUKA KUKO NIBWN BURUND BWEJO .GUMA KWIBANGA, GUMA KURI VOLA, HONYORA VITECE TUTERIMBERE
21 Ndamukiza 2017, 09:23, par Mwumba
@Cobla interahamwe nkawe nuko muvuga iyo muhaze ibigori twarungikiwe n’u Rwanda,mukanya baruduha n’Igitoro cabaye ndanse,bravo le Rwanda
23 Ndamukiza 2017, 03:15, par Kanyosha
Mbega sha Wakera, kuciye ukoresha mukwandika ryazina ryitwa Mwumba nibiki biciye bigufata?
Mwumbatwese turazi ivyiwe ahovyarangiriye rekarero guta umwanya wawe shahu Wakera wiyita Mwumba ikitaraganye erega ivyuma ubuturabikontorora atabwoba ntiwihende.
23 Ndamukiza 2017, 08:42, par CISSOK@
Haduga hamanuka mutama ningombwa yirure urwaruka nacanecane generation80na 90 bakurane umutima wokumenya kahise nicagateye.komra