IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Petero Nkurunziza:’’Bibaye nkenerwa umurwi CVR uzokwongerwa ikiringo’’

Petero Nkurunziza:’’Bibaye nkenerwa umurwi CVR uzokwongerwa ikiringo’’

vendredi 6 Nzero 2017

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza amenyeshako bibaye ngombwa, ata kibuza ko ikiringo c’umurwi ujejwe kuvugana ukuri no kurekuriranira gishobora kwongerwa.

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yavuze ko ata nkeka ,umurwi ujewe kuvugana ukuri no kurekuriranira ari umugambi w’abarundi atari umugambi w’abanyamahanga ari naco gituma bikenewe bowongera ikiringo co gukora.

Umukuru w’igihugu yavuze ko ku bijanye n’uburyo butatanzwe bufasha uwo murwi gukora,abarundi bonyene ico kibazo bazocifatira mu minwe, ku bijanye n’abatakiri muri uwo murwi yavuze ko abagiye bazosubirizwa hisunzwe amategeko.

Petero Nkurunziza umukuru w’igihugu c’Uburundi amenyesha ko ata mvo n’imwe yotuma bavyihutisha cane, kuko ari ivy’abarundi, kandi mu gihe vyogenda neza ryaoba ari iteka ku gihugu,n’abandi bakabifatirako akarorero.


IGIHE

Messages

  • None uwomurwi CVR uhayagiza umaziki kuritwebwe abarundi!? kobirirwa barakwirimisozi yuburundi ikimaze guhinduka nicahe? kombona atamusi urangira munyuruje abantu muja kugandagura? Nubu muperezida wokwirirwa urazunguruka muruzitira gusa nivyuzi, hamwe nukwirirwa urica abenigihugu.

  • None uwomurwi CVR uhayagiza umaziki kuritwebwe abarundi!? kobirirwa barakwirimisozi yuburundi ikimaze guhinduka nicahe? kombona atamusi urangira mutanyuruje abantu muja kugandagura? Nubu muperezida wokwirirwa urazunguruka muruzitira gusa nivyuzi, hamwe nukwirirwa urica abenigihugu.

  • Ba mwisonera. Umukuru w’igihugu ntibamutuka kirazira
    Ba mugira indero.

  • NIVYO.KUGIRIRANIRA.IKIGOGW

  • Nyakubahwa nukunyarutsa vuba nabwango CVR itagure gukora izo nyanka Burundi zikorana n’ abanyamahanga bataragutwara ubuzima.

  • Uwo Ntakirutimana Joel birumvikana koko atoba ari umurundi kuko yumvirije neza ivyo avuga womenga ntazi neza nico CVR iriko irakora. Ivya Barundi murabirekere abarundi bo nyene mureke kwivanga muvyiwacu. Kanatsinda abakura mbere baho iwacu barayamaze ngo:gesa ubwiyo ubwo ngaha mubuturekere. Komera

  • Kagabo, jewe ndumurundi wo kwitsitso, kandasazwe yanka urunuka uwuhohotera,
    umunyagihugu, amuhora izuru, nuburebure,nubugufi yiherewe niyamurenye. uwo niyo ndamubonye nzomara ukwezi ndiko ndadahwa, bisigurako ,ndamwanka, kugeza naho yahonyoye.nayuwo murwi wankurunziza CVR ntarukiza uzozana kubarundi atari kubatera amarira.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.