Home > Amakuru > Mu makungu > Photos: Koreya zibiri zumvikanye guhagarika ibikorwa vyose bibacanishamwo (...)
Photos: Koreya zibiri zumvikanye guhagarika ibikorwa vyose bibacanishamwo kw’isi, mu kiyaga no mu kirere.
Friday 27 April 2018, by
Mw’itangazo bashikirije, Kim Jong-un na Moon Jae-in biyemeje guhagarika gukora ibirwanisho ruhonyanganda mu gace ka Koreya zose. Izo Koreya zibiri zigiye kurondera intwaro y’amahoro ituma intambara ihagarara. Umukuru w’igihugu ca Koreya yo mu Bumanuko yemeje ko yipfuza kugendera Koreya yo mu Buraruko, uwu mwaka.
IGIHE
Forum posts
28 April 2018, 10:00, by Majambere Dieudone
Ababagabo,ivyabobizorama?Rekaturindire Turabe Amatekayabo.