Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Primus Ligue A : Inkino z’umunsi wa mbere w’igice co gusubiriza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Primus Ligue A : Inkino z’umunsi wa mbere w’igice co gusubiriza (...)

Primus Ligue A : Inkino z’umunsi wa mbere w’igice co gusubiriza zamenyekanye

mardi 16 janvier 2018

Umunsi wa 16 w’ihiganwa Primus Ligue Burundi, ari nawo wa mbere w’igice ca kabiri c’inkino zo gusubiriza uzokinwa ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 20 no kuw’Imana igenekerezo rya 21 Nzero 2018.

Gushika ku munsi w’Imana inkino zizokinwa uku gukurikira :

Mu gice ca mbere c’inkino zo gutangura, umurwi Messager Ngozi w’i Ngozi niwo uza mu kibanza ca mbere ku rutonde nfatakibanza n’amanota 39, umurwi LLB S4 Africa ukaza mu kibanza ca kabiri n’amanota 38, umurwi Aigle Noir uza mu kibanza ca gatatu n’amanota 34, umurwi Vitalo uza mu kibanza ca kane n’amanota 26.

Imirwi iza mu bibanza vya nyuma ni umurwi wa nyuma Delta Star ufise amanota 5, umurwi wa 15 ni Jeunes Athletics n’amanota 13, umurwi wa 14 ni Messager Bujumbura n’amanota 13, mu gihe umurwi wa 13 ari umurwi Ngozi City n’amanota 14.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.