Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Primus Ligue: LLB yatahukanye igikombe umunsi umwe imbere yuko ihiganwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Primus Ligue: LLB yatahukanye igikombe umunsi umwe imbere yuko ihiganwa (...)

Primus Ligue: LLB yatahukanye igikombe umunsi umwe imbere yuko ihiganwa rihera

jeudi 18 Rusama 2017

Umurwi wa LLB Sport 4Africa watahukanye igikombe c’uno mwaka inyuma yo gutsinda ibitsindo bitanu ku gitsindo kimwe c’umurwi wa Ngozi City, mu rukino rwabaye kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 17 Rusama,umwaka wa 2017.

Umurwi wa LLB Sport 4 Africa utahanye ikibanza ca mbere mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi n’amanota 65, ku munsi umwe imbere y’uko ihiganwa nyezina rirangira ku munsi w’Imana igenekerezo rya 21 Rusama,umwaka wa 2017.

Muri iryo higanwa iyindi mirwi ikurikirana vy’infatakibanza uku : Athletico Olympique uza mu kibanza ca kabiri, Vitalo mu kibanza ca gatatu,Aigle Noir mu kibanza ca kane, Messager Ngozi nayo iza mu kibanza ca gatanu.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.