Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Primus Ligue : Messager Ngozi uracari mu kibanza ca mbere ku rutonde (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Primus Ligue : Messager Ngozi uracari mu kibanza ca mbere ku rutonde (...)

Primus Ligue : Messager Ngozi uracari mu kibanza ca mbere ku rutonde nfatakibanza

vendredi 6 avril 2018

Muri izo nkino zitatu zabaye kur’uno wa kane imirwi yatsindanye uku gukurikira :

Delta Star 0-Messager Ngozi1
Bujumbura city 2-Flambeau du centre 0
Athletico Olympique 0-LLBS4 Afrika 2

Inyuma y’umunsi wa 24 w’ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu cicaro ca mbere, imirwi isumbanya amanota uku gukurikira :

Messager Ngozi uri mu kibanza ca mbere ku rutonde mfatakibanza, ufise amanota 59 n’ibitsindo 26, LLBS4 Afrika uza mu kibanza ca kabiri n’amanota 54 n’ibitsindo 24, umurwi Aigle Noir uza mu kibanza ca gatatu n’amanota 48, umurwi Vitalo mu kibanza ca kane n’amanota 40.

Imirwi iza mu bibanza vya nyuma ni , Messager Bujumbura uza mu kibanza ca 14 n’amanota 21 Les Jeunes Athletiques uza mu kibanza ca 15 n’amanota 17 , mu kibanza ca nyuma hari umurwi Delta Star n’amanota 7 gusa.

Umurwi LLBS4 Afrika , uza mu kibanza ca kabiri, uracafise inkino zibiri utarakina.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.