Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Primus Ligue : Umurwi LLBS4A watahukanye igikombe mu rukino rurangiza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Primus Ligue : Umurwi LLBS4A watahukanye igikombe mu rukino rurangiza (...)

Primus Ligue : Umurwi LLBS4A watahukanye igikombe mu rukino rurangiza ihiganwa

lundi 21 Myandagaro 2017

Muri urwo rukino rwo gusozera ihiganwa rya Primus Ligue,umurwi LLBS4A watsinze umurwi Aigle Noir bitoroshe kuko iminota 90 itegekanijwe yaheze imirwi yose inganya igitsindo kimwe ku kindi.

Mu gice ca kabiri c’urwo rukino rwabereye ku kibuga c’intara ya Gitega, aho bategerezwa gutatura imirwi ibiri bakoresheje gutera mw’igori (penality),umurwi LLBS4A uca utsinda 5 kuri zine za Aigle Noir.

Mu nkino za mbere zabaye ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 19 Myandagaro 2017,umurwi LLBS4A wari watsinze umurwi Vitalo ibitsindo 2 ku busa, mu gihe umurwi Aigle Noir wari watsinze Atletico Olympique ibitsindo 2 ku busa.

Kw’igenekerezo rya 9 Nyakanga 2017,harategekanijwe urukino rwa Super Cupe ruzoca ruhuza umurwi LLBS4A n’umurwi Olmpique Star w’i Muyinga watahukanye igikombe c’umukuru w’igihugu.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.