Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Abantu 17 bapfuye bahunga
RDC : Abantu 17 bapfuye bahunga
lundi 26 Nyakanga 2016, par
Abanyagihugu bo mu karere ka Beni mu buseruko bwa Congo bikanze igitero c’umurwi usanzwe ukunda kuhagaba ibitero. Abenshi mu bapfuye bariko barahunga, abandi bakaba bafashwe n’umutima.
Amakuru ava muri Beni, agatangwa na BBC avuga ko ibintu vyagiye kuyangara igihe umusirikare yari mu mwambaro usanzwe yatangura kurasa mu kirere.
Abaharanira uburenganzira bw’abanyagihugu bavuga ko abantu bagera ku 1000 bamaze kwicwa kuva mu myaka ibiri iheze muri Congo, mu bitero bikekwa ko bikorwa n’umurwi ADF Nalu, turuka mu gihugu kibanyi ca Uganda.
IGIHE
Messages
27 Nyakanga 2016, 07:08, par keven
nonentakuntumwoshoborakubahagarika?ahohomutabahagaritsebazobandanyabi.ere akonakagaye.barayamaze.bat.akagayemunyamanihaha.mutabikuyekonububaracabagaye.