Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
RDC : Abantu 33 bapfuye bahitanywe n’isanganya rya gari ya moshi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Abantu 33 bapfuye bahitanywe n’isanganya rya gari ya moshi

RDC : Abantu 33 bapfuye bahitanywe n’isanganya rya gari ya moshi

lundi 13 novembre 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko Radiyo Okapi y’ishirahamwe Mpuzamakungu ONU yamenyesheje ko iyo gari ya moshi yatse umuriro, wongerekanye kuko yari itwaye imizigo irimwo ibidandazwa bishobora gufatwa n’ingoga n’umuriro.

Iyo gariyamoshi yarivuye mu gisagara ca Lubumbashi, igisagara ca kabiri kinini, igenda Luena ku birometero 2000 uvuye ku mugwa mukuru wa Kongo Iharanira Intwaro Rusangi Kinshasa.

Umukuru w’intara Richard Muyej yamenyesheje ko hari impanuka yabaye ariko ntiyashoboye kwemeza ko hari abantu bapfuye.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.