Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
RDC : Abantu 500 boba baraburiwe irengero mu mpanuka y’ubwato - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Abantu 500 boba baraburiwe irengero mu mpanuka y’ubwato

RDC : Abantu 500 boba baraburiwe irengero mu mpanuka y’ubwato

jeudi 1er mars 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, umunyapolitike Didace Pembe wo muri ako karere, amenyeshe ko, ubutegetsi bwofasha mu kurondera ababuriwe irengero, muri iyo mpanuka hamwe n’abagihema.

Ivyo biri ukwo, mu gihe amakuru ava muri Reta avuga ko, n’imiburiburi abantu 14 baburiwe irengero, abandi 108 bararokoka, igihe amato yariko arasoza yibira mu ntara ya Mai Ndombe.

Amakuru ava aho nyene muri kongo,Ubwato butatu kandi burimwo abantu baharurwa mu majana bwaratwawe, hafi y’igisagara ca Kwamouth, hafi ibirometero 400 uvuye ku mugwa mukuru Kinshasa, bivuye ku gicu kibi.

Abihweza ibintu n’ibindi, bavuga ko Mu ntara ya Mai Ndombe, amabarabara atameze neza, bigatuma inzira yo mu mazi ica ikundwa gukoreshwa naho irimwo impanuka nyinshi.


Oscar NDAYISHIMIYE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.