Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
RDC : Jean Pierre BEMBA yejejwe na sentare mapanavyaha mpuzamakungu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Jean Pierre BEMBA yejejwe na sentare mapanavyaha mpuzamakungu (...)

RDC : Jean Pierre BEMBA yejejwe na sentare mapanavyaha mpuzamakungu CPI

samedi 9 juin 2018

Jean Pierre BEMBA yari yagirijwe ivyaha vyo mu ntambara hamwe n’ivyaha bijanye no guhohotera agateka ka zina muntu.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha kobashigikiye bwana Bemba bavugije impundu kubera umunezero igihe icemezo ca sentare catangazwa i La Haye.

Mu 2016, Jean Pierre Bemba yahawe igihano c’imyaka cumi n’umunani yagiriwe n’ubugizi bwa nabi bwakozwe n’abasirikare biwe mu gihugu ca Centre Afrique, harimwo kwica no gufata abagore ku nguvu.

Abacamanza bavuze ko adashobora kubazwa ivyaha vyakozwe n’abasirikare biwe mu gihugu c’amahanga.

Bwana Bemba yari amaze hafi imyaka cumi mw’ibohero rya CPI i La Haye mu Buhorande.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.