Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
RDC: Moise Katumbi amenyesha ko azokwitaba ibirori vyo gushingura Etienne (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC: Moise Katumbi amenyesha ko azokwitaba ibirori vyo gushingura Etienne (...)

RDC: Moise Katumbi amenyesha ko azokwitaba ibirori vyo gushingura Etienne Tshisekedi

samedi 11 Ruhuhuma 2017

Inyuma y’urupfu rwa Etienne Tshisekedi atavuga rumwe na Reta ya Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, Moise Katumbi uwundi munyapolitike atavuga rumwe na Reta, amenyesha ko azotahuka guherekeza Etienne Tshisekedi .

Naho biri ukwo , hari amakenga ko hamwe Moise Katumbi ytahuka mu gihugu ashobora guca afatwa agapfungwa ,kuko yaciriwe gupfungwa imyaka itatu.

Amahirahamwe aharanira agateka ka zina muntu mu gihugu ca Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo yamenyesheje ko urubanza rwaciriwe Moise Katumbi, ari urubanza rufise imvo za politike.

Gushika ubu umunsi wo gushingura Etienne Tshisekedi nturamenyekana.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.