Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
RDC : Urubanza kwa Moise Katumbi rwatanguye kwumvirizwa atariho (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Urubanza kwa Moise Katumbi rwatanguye kwumvirizwa atariho (...)

RDC : Urubanza kwa Moise Katumbi rwatanguye kwumvirizwa atariho ari

jeudi 28 juin 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko Moise Katumbi n’abandi bantu batandatu harimwo n’umunyamerika umwe, bagirizwa icaha co gushaka guhungabanya umutekano w’igihugu.

Moise KATUMBI asanzwe ari umugwizatunga yahoze arongoye intara ya Katanga ariko aciribwa urubanza atariho ari, kuko haheze imyaka ibiri aba mu buhungiro.

Kuwa kabiri igenekerezo rya 26 Ruheshi 2018, Moise Katumbi yabwiye BBC ko ashaka kuzosubira mu gihugu ciwe mu mezi abiri ari imbere kwiyandikisha mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa cumi na kabiri.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.