Accueil > Amakuru > u Burundi > RUMONGE: 12 bahagaritswe bagirizwa kwimba ubutare badakurikije (...)
RUMONGE: 12 bahagaritswe bagirizwa kwimba ubutare badakurikije amategeko
jeudi 26 Nzero 2017
Abimba ubutare badakurikije amategeko barahagaritswe kuwa kabiri igenekerezo rya 24 Nzero umwaka wa 2017 ,i Burambi ,mu ntara ya Rumonge.
Abo bahagaritswe n’igipolisi mu ntara ya Rumonge,bose hamwe ni 12 bava mu ntara za Cibitoke na Bubanza.Bahagarikiwe muri zone Maramya iri mu ntara ya Rumonge.
Abajejwe umutekano bari kumwe n’abajejwe gukingira ibidukikije muri ako karere,bamenyesha ko bahagaritswe kuko bariko bonona ibidukikije kandi bakabikora ata burengazira babifitiye.
IGIHE
Messages
26 Nzero 2017, 20:00, par warumonge
BABATUTSI BUCATUNGANA BIYITIRIRA AMATONGO GWABO ARIMISHIRI YOOO!! RETANIKOREREKURABOBENAMATONGO NIBONTANDURUKO ARIKO MWIBUCEGURINYONI ZAGURUCEKUKO BARIBAZIMAJE
28 Nzero 2017, 21:31, par Caude
Non Binjiza Iki Muri Rèta
29 Nzero 2017, 20:20, par kagome Maweshi Neema