IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rohero : Imitobe (Jus) ikozwe mu nyama ziboze yafashwe

Rohero : Imitobe (Jus) ikozwe mu nyama ziboze yafashwe

mercredi 24 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Iyo mitobe itemewe n’amategeko izwi kw’izina rya "Nezereza", mu giporisi bakamenyesha ko uwudandaza iyo mitobe atashoboye gufatwa, kuko yaciye ahunga abonye igiporisi.

Messages

  • Abarozi bari kwinshi yemweeeee!Oya uyowe ntajeeeee!

  • Nibakomere Abo bapolice Bazifashe

  • ababikora ahubwo nabahinga munyama ziboze hakavamwo jus nukobafise ubuhinga buke nayahandi boteje imbere igihugu murikazoza ntimubakubite ahubwo babaze uburyo babikora hama mubahigre vyankenerwa kugira bakore ivyomwemera hama igihugu gitere imbere #abanyabwenge.com

  • ababikora ahubwo nabahinga munyama ziboze hakavamwo jus? nukobafise uburyo buke nayahandi boteje imbere igihugu murikazoza ntimubakubite ahubwo babaze neza uburyo babikora hama mubahigre vyankenerwa kugira bakore ivyomwemera hama igihugu gitere imbere #abanyabwenge.com

  • Ntahovyabonetse ahinyama zivamwo ijuwisi!? abantu nukuri bakundivyo banwa bazonwa ibatwara agatwe nukuri.Ijuwisi tuzi koziva muvyamwa vyi mbuto,arivyo twita amatunda mururimi rundi. Inyama nazo turaziteka tukazikoza ubugari, canke tukazikoza ibindi,
    abobantu badukana ibintu mumitwe atanaho bavyigiye, bakazana mubantu jewe ndabita kwarabicanyi badasazwe!, nimbumuntu afisumwunga mushasha yazanye woshobora kumutezimbere, na wuperezante mubabijejwe, haniwacu turafise aba doctor, nabonyene babanze bapime ivyo binyobwa barabe, kwatarivyo gutikiza abenigihugu.

  • Mana Garukiruburundi.Hagezekotunywa Ibinyobwabiboze!Abantunkabonibahanwe.

  • Nibamuhe Akazi Kukwarashoboy Ntahataniye Nuwakoz idege Mumodoka.Jew Mbon Ahubwobomuha Akazi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.