Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ronka agaseke ka "Internet" muri Smart ku giciro ciza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubudandaji > Ronka agaseke ka "Internet" muri Smart ku giciro ciza

Ronka agaseke ka "Internet" muri Smart ku giciro ciza

jeudi 10 Myandagaro 2017

Gura ama inité y’amafaranga 199Fbu hama wironkere agaseke ka 1GB kamara iminsi itatu.

Ntimutangwe no kugura agaseke kamara imisi 30 ku mafaranga 2500 ukaronka ama mega 500 ya interineti. Mu kugura agaseke ka interineti, fyonda *888*3# kugira wigurire canke ugurire umugenzi.

Mu kugura agaseke ka interineti, fyonda *888*3# kugira wigurire canke ugurire umugenzi. Mufise ico mubaza hamagara 888.


Huguette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.