Accueil > Amakuru > umutekano > Rubirizi : Abantu bane bishwe barashwe
Rubirizi : Abantu bane bishwe barashwe
mardi 12 Nyakanga 2017, par
Ico gitero cakozwe n’abantu bataramenyekana bitwaje inkoho, bakaba barashe mu murwi w’abanyagihugu bari mu kibanza kimwe. Bane muribo baciye bitaba Imana aho nyene, abandi babiri barakomereka.
Egide NDUWIMANA
Messages
13 Nyakanga 2017, 07:22, par Ntakirutimana John
Turahojeje imiryango yabuze ababo mwicogitero cimbonerakure za CDD FDD, nayokuba bavuga yuko batazwi nigitanganza!, ibirwanisho vyahawe imbonerakure bibazayuko babihawe ngobibikwe murutara bidakoze icumutima wabo ushaka?.
Ngaha muburundi isi izorinda itembagara abantu bacicwa cane.
14 Nyakanga 2017, 12:37, par Jean Claude
Urarengeje urugero kabisa. urafise ivyemezo ko ari imbonerakure zakoze iryo bara? Nimuze muvuga ivyo mwatohoje neza bizobafasha.