Accueil > Amakuru > u Burundi > Rumonge : Imiryango itatu yakuwe mu matongo na CNTB
Rumonge : Imiryango itatu yakuwe mu matongo na CNTB
mercredi 21 Ntwarante 2018, par
Abaporisi bari kumwe n’abo mu murwi CNTB nibo bashitse kuri uwu wa kabiri aho muri zone Buruhukiro gushira mu ngiro iyo ngingo, kuko ayo matongo CNTB yari yafashe ingingo yo yosubizwa abahungutse bayegukiye.
Iyo ngingo yaranezereje abo bahungutse bavuga ko bari banyazwe amatongo yabo, iyo miryango nayo yakuwe mu matongo ikavuga ko yangajwe.
Egide NDUWIMANA