Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rumonge : Umupfungwa yishwe arashwe n’umuporisi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge : Umupfungwa yishwe arashwe n’umuporisi

Rumonge : Umupfungwa yishwe arashwe n’umuporisi

dimanche 22 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo yishwe avuka ku musozi Rutumo, zone Minago, intara ya Rumonge, akaba yahora apfunzwe yagirizwa ubusuma bukabije, nk’uko mu giporisi bavyemeza, bakavuga ko kuri uwu wa gatandatu, nk’igihe c’isaha zitandatu z’umurango, uwo yishwe yagerageje gutoroka agasho, umuporisi yari arinze ahapfungirwa abantu aca aramurasa.

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi Petero NKURIKIYE yemeza ko amatohoza yatanguye.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.