IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Rumonge:Uwagirizwa gushurashuza umukehabwenge yaciriwe umunyororo w’imyaka (...)

Rumonge:Uwagirizwa gushurashuza umukehabwenge yaciriwe umunyororo w’imyaka 20

jeudi 31 mai 2018

Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa, Agnes BANGIRICENGE, amenyesha ko Venant BIZIMANA yafashwe ariko asambanya umwana w’umukobwa atarakwiza imyaka 14 kandi adakwije ubwenge.

Ayo makuru amenyesha kandi ko Venant BIZIMANA yaciriwe gutanga indishi y’akababaro ingana n’imiriyoni 3.


BIKORIMANA Vianney

Messages

  • BAMUCIRIYE MIKE ,MBEHOHO BARAVYE KO WEWE ATARUMUSAZI ?

  • Aba bakuwemwo canke bagafungwa ngira nticabavunye.kuko uravye uko ugiturire kiribwa mu Burundi ni ibisata vyose kuva hasi gushika hamwe bita hejuru.Mbe dossier kajeke igeze he ko atawubakoma.Ja mu gipolce co mw’ibarabara murabe ko kitaribwa riva.Ja kurondera passport urabe ko ataco bakwaka.Ja muri title fancier ,ja muri commune gusaba karangamuntu murabe ko bidakorwa atacamira .Kandi nyenecubahiro arabizi ariko ntajambo umwumva ko .tolerence zero yiwe yahindutse tolerence ijana kwijana kubo cavunye.Gutera imbere i Burundi Nivyo biturire vyanyu ndabahaye imyaka 500.Umwera uva ibukuru ugakwira igihugu Cose.Hejuru haragwaye.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.