IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ruyigi : Sentare Nkuru yaciriye urubanza abagirizwa ubusuma bw’amapikipiki

Ruyigi : Sentare Nkuru yaciriye urubanza abagirizwa ubusuma bw’amapikipiki

mercredi 24 janvier 2018

Uwa mbere yafatiwe mu Rutovu , mu ntara ya Bururi yaciriwe gupfungwa imyaka indwi. Uwu yagirizwa kuba umusuma karuhariwe w’amapikipiki.

JPEG - 71.9 ko
Uwu yafatiwe mu Rutovu, yciriwe gupfungwa imyaka 7

Uwa kabiri yaciriwe gupfungwa imyaka 15, yagirizwa kwiba ipikipiki yafatanywe ,yari yibwe mu kigo c’ababikira i Butaganzwa, mu ntara ya Ruyigi.

JPEG - 60.7 ko
Uwu yagirizwa kwiba mu kigo c’ababikira, yaciriwe gupfungwa imyaka 15

Umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE amenyesha ko, abo bafashwe, baciriwe ivyo bihano, mu manza z’ikibiriraho.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.