Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ruyigi : Uwagirizwa kuba mu murwi wibisha inkoho yafashwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi : Uwagirizwa kuba mu murwi wibisha inkoho yafashwe

Ruyigi : Uwagirizwa kuba mu murwi wibisha inkoho yafashwe

dimanche 25 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi ashikiriza ko uwo murwi w’abagizi ba nabi ugizwe n’abantu batatu bibisha inkoho hamwe n’imipanga.

Abo bagirizwa ubwo bugizi bwa nabi bahora bapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Ruyigi bagirizwa ubusuma, nk’uko bishikirizwa na Petero NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.

JPEG - 106.9 ko
Petero NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi

Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.